Gusubira mu vyagezwe 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ntuze ubibe umurima wawe w’imizabibu imbuto z’ubwoko bubiri+, kugira ngo umwimbu wose w’imbuto wobiba be n’umwimbu wa nya murima w’imizabibu ntibihave bitwarwa impaga bikegukira aheranda.
9 “Ntuze ubibe umurima wawe w’imizabibu imbuto z’ubwoko bubiri+, kugira ngo umwimbu wose w’imbuto wobiba be n’umwimbu wa nya murima w’imizabibu ntibihave bitwarwa impaga bikegukira aheranda.