Abalewi 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kandi azokurako ikinure caryo cose+, nka kumwe ca kinure cakurwa kw’ishikanwa ry’ugusangira+. Umuherezi aze agifumbishe umwotsi ku gicaniro kibe akamoto karuhura kuri Yehova+. Umuherezi aze amutangire impongano, abone kukibabarirwa+. Abalewi 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umuherezi aze amutangire impongano+ imbere ya Yehova, abone kubabarirwa ku bijanye n’ico ari co cose mu bintu vyose yokora akagirwa n’icaha.”
31 Kandi azokurako ikinure caryo cose+, nka kumwe ca kinure cakurwa kw’ishikanwa ry’ugusangira+. Umuherezi aze agifumbishe umwotsi ku gicaniro kibe akamoto karuhura kuri Yehova+. Umuherezi aze amutangire impongano, abone kukibabarirwa+.
7 Umuherezi aze amutangire impongano+ imbere ya Yehova, abone kubabarirwa ku bijanye n’ico ari co cose mu bintu vyose yokora akagirwa n’icaha.”