Itanguriro 38:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ariko haciye nk’amezi atatu Yuda abwirwa ngo: “Tamari umukazana wawe yagize ivy’umumaraya+, kandi ehe aranibungenze+ bivuye ku bumaraya bwiwe.” Yuda na we avuga ati: “Nimumusohore maze aturirwe+.” Abalewi 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe.
24 Ariko haciye nk’amezi atatu Yuda abwirwa ngo: “Tamari umukazana wawe yagize ivy’umumaraya+, kandi ehe aranibungenze+ bivuye ku bumaraya bwiwe.” Yuda na we avuga ati: “Nimumusohore maze aturirwe+.”
14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe.