Abaheburayo 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko nimba amaraso y’impene+ n’ay’amashūri+ be n’iminyota+ y’ishashi imijagiwe abahumanijwe+ yeza gushika ku guhumanuka kw’umubiri+, 1 Petero 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 hisunzwe ukumenya imbere y’igihe kw’Imana ari yo Data+, mu kwezwa n’impwemu+, kugira ngo bagamburuke kandi bamijagirwe+ amaraso ya Yezu Kristu+: Ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro vyongerezwe kuri mwebwe+.
13 Kuko nimba amaraso y’impene+ n’ay’amashūri+ be n’iminyota+ y’ishashi imijagiwe abahumanijwe+ yeza gushika ku guhumanuka kw’umubiri+,
2 hisunzwe ukumenya imbere y’igihe kw’Imana ari yo Data+, mu kwezwa n’impwemu+, kugira ngo bagamburuke kandi bamijagirwe+ amaraso ya Yezu Kristu+: Ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro vyongerezwe kuri mwebwe+.