Kuvayo 29:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo inyama za nya shūri n’urushato rwayo n’amayezi yayo, uzobiturira n’umuriro hanze y’ikambi+. Ni ishikanwa ry’igicumuro. Abalewi 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Mugabo ku vy’urushato rwa nya shūri n’inyama zayo zose kumwe n’umutwe wayo n’amaguru* yayo n’amara yayo n’amayezi yayo+,
14 Mugabo inyama za nya shūri n’urushato rwayo n’amayezi yayo, uzobiturira n’umuriro hanze y’ikambi+. Ni ishikanwa ry’igicumuro.
11 “‘Mugabo ku vy’urushato rwa nya shūri n’inyama zayo zose kumwe n’umutwe wayo n’amaguru* yayo n’amara yayo n’amayezi yayo+,