Guharura 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze umugabo adahumanye+ aze atore ezobu+, ayikoze mu mazi, hanyuma ayacucagire nya hema, n’ivyombo vyose, n’abantu bari bari ng’aho, n’uwakoze kuri nya gufa canke agakora ku wagandaguwe canke ku kiziga canke ku mva. Abaheburayo 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 mugabo bijanye gusa n’ibifungurwa+ n’ibinyobwa+ be n’amabatisimu atari amwe+. Vyari ibisabwa n’amategeko bijanye n’umubiri+, kandi vyagizwe itegeko gushika ku gihe cashinzwe co kugorora ibintu+. Abaheburayo 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko nimba amaraso y’impene+ n’ay’amashūri+ be n’iminyota+ y’ishashi imijagiwe abahumanijwe+ yeza gushika ku guhumanuka kw’umubiri+,
18 Maze umugabo adahumanye+ aze atore ezobu+, ayikoze mu mazi, hanyuma ayacucagire nya hema, n’ivyombo vyose, n’abantu bari bari ng’aho, n’uwakoze kuri nya gufa canke agakora ku wagandaguwe canke ku kiziga canke ku mva.
10 mugabo bijanye gusa n’ibifungurwa+ n’ibinyobwa+ be n’amabatisimu atari amwe+. Vyari ibisabwa n’amategeko bijanye n’umubiri+, kandi vyagizwe itegeko gushika ku gihe cashinzwe co kugorora ibintu+.
13 Kuko nimba amaraso y’impene+ n’ay’amashūri+ be n’iminyota+ y’ishashi imijagiwe abahumanijwe+ yeza gushika ku guhumanuka kw’umubiri+,