Kuvayo 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Aroni akimara kuvugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, barahindukira baraba amaja mu gahinga, maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka mu gicu+. Guharura 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko ikoraniro ryose rivuga ivyo kubatera amabuye+. Maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka kw’ihema ry’ihuriro, bubonekera bene Isirayeli bose+.
10 Aroni akimara kuvugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, barahindukira baraba amaja mu gahinga, maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka mu gicu+.
10 Ariko ikoraniro ryose rivuga ivyo kubatera amabuye+. Maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka kw’ihema ry’ihuriro, bubonekera bene Isirayeli bose+.