Guharura 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu. Guharura 33:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mu nyuma baragenda bavuye i Kadeshi baraheza bakambika ku musozi Horo+, ku mupaka w’igihugu ca Edomu.
26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu.
37 Mu nyuma baragenda bavuye i Kadeshi baraheza bakambika ku musozi Horo+, ku mupaka w’igihugu ca Edomu.