Guharura 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Bakibandanya kugenda bavuye ku musozi Horo+ baciye mu nzira y’ikiyaga Gitukura kugira ngo bazunguruke igihugu ca Edomu+, abantu batangura kuruhishwa n’urugendo. Guharura 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Kandi uru ni rwo ruzoba urubibe rwanyu rwo mu buraruko: Guhera ku Kiyaga Kinini muzoca umurongo gushika ku musozi Horo+, rube rwo rubibe rwanyu.
4 Bakibandanya kugenda bavuye ku musozi Horo+ baciye mu nzira y’ikiyaga Gitukura kugira ngo bazunguruke igihugu ca Edomu+, abantu batangura kuruhishwa n’urugendo.
7 “‘Kandi uru ni rwo ruzoba urubibe rwanyu rwo mu buraruko: Guhera ku Kiyaga Kinini muzoca umurongo gushika ku musozi Horo+, rube rwo rubibe rwanyu.