Gusubira mu vyagezwe 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;
15 uwagucishije muri ka gahinga kanini kandi gateye ubwoba+, karimwo inzoka z’ubumara+ n’utumina, karimwo n’ubutaka bugadutse, butagira amazi; uwagukuriye amazi mu gitandara c’isare+;