ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 22:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Balaki yumvise yuko Balamu yaje, aca arasohoka kumusanganira mu gisagara ca Mowabu kiri ku nkombe ya Arunoni, iyiri ku mpera ya nya karere+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “‘Nimuhaguruke, mugende mujabuke umwonga wa Arunoni+. Raba, ntanze mu kuboko kwawe Sihoni+ umwami wa Heshiboni, Umwamori. Tangura rero kwigarurira igihugu ciwe, uje mu ntambara na we.

  • Abacamanza 11:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Igihe bashishikara kugenda baciye mu gahinga, barazungurutse igihugu ca Edomu+ n’igihugu ca Mowabu, ku buryo bagenda berekeza mu burasirazuba bw’igihugu ca Mowabu+ baraheza bakambika mu karere ka Arunoni; ntibarenze urubibe rwa Mowabu+, kuko Arunoni yari rwo rubibe rwa Mowabu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika