Gusubira mu vyagezwe 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Maze turi mu gahinga ka Kedemoti+ ntuma intumwa kuri Sihoni+ umwami wa Heshiboni, zijanye amajambo y’amahoro+, nti: Abacamanza 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Inyuma y’aho, Isirayeli ituma intumwa kuri Sihoni umwami w’Abamori, umwami wa Heshiboni+, maze Isirayeli imubwira iti: “Ndakwinginze ureke duce mu gihugu cawe kugira tuje ahantu hacu+.”
26 “Maze turi mu gahinga ka Kedemoti+ ntuma intumwa kuri Sihoni+ umwami wa Heshiboni, zijanye amajambo y’amahoro+, nti:
19 “‘Inyuma y’aho, Isirayeli ituma intumwa kuri Sihoni umwami w’Abamori, umwami wa Heshiboni+, maze Isirayeli imubwira iti: “Ndakwinginze ureke duce mu gihugu cawe kugira tuje ahantu hacu+.”