Gusubira mu vyagezwe 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi Sihoni umwami wa Heshiboni ntiyaturetse ngo turengane duciye iwe, kuko Yehova Imana yawe yari yaretse impwemu yiwe igacika intabarirwa+, n’umutima wiwe ukagumarara, kugira amutange mu kuboko kwawe nk’uko biri kuri uyu musi+. Gusubira mu vyagezwe 29:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+. Abacamanza 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Sihoni agira amakenga ku vy’uko Isirayeli yorenganye gusa iciye mu karere kiwe, maze Sihoni akoraniriza hamwe abantu biwe bose, akambika i Yahazi+ hanyuma arwanya Isirayeli+.
30 Kandi Sihoni umwami wa Heshiboni ntiyaturetse ngo turengane duciye iwe, kuko Yehova Imana yawe yari yaretse impwemu yiwe igacika intabarirwa+, n’umutima wiwe ukagumarara, kugira amutange mu kuboko kwawe nk’uko biri kuri uyu musi+.
7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+.
20 Mugabo Sihoni agira amakenga ku vy’uko Isirayeli yorenganye gusa iciye mu karere kiwe, maze Sihoni akoraniriza hamwe abantu biwe bose, akambika i Yahazi+ hanyuma arwanya Isirayeli+.