Gusubira mu vyagezwe 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni ko kumbwira ati: ‘Ntumutinye+, kuko ntazobura kumutanga mu kuboko kwawe, we n’abantu biwe bose n’igihugu ciwe; uze umugirire nk’uko wagiriye Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni.’ Gusubira mu vyagezwe 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntimubatinye, kuko Yehova Imana yanyu ari We abarwanira+.’ Gusubira mu vyagezwe 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aze ababwire ati: ‘Umve, ewe Isirayeli, uno musi muregereje urugamba ngo murwane n’abansi banyu. Imitima yanyu ntishe coba+. Ntimutinye ngo mute umutwe canke ngo muhinde agashitsi kubera bo+,
2 Yehova ni ko kumbwira ati: ‘Ntumutinye+, kuko ntazobura kumutanga mu kuboko kwawe, we n’abantu biwe bose n’igihugu ciwe; uze umugirire nk’uko wagiriye Sihoni+ umwami w’Abamori, uwaba i Heshiboni.’
3 Aze ababwire ati: ‘Umve, ewe Isirayeli, uno musi muregereje urugamba ngo murwane n’abansi banyu. Imitima yanyu ntishe coba+. Ntimutinye ngo mute umutwe canke ngo muhinde agashitsi kubera bo+,