Guharura 22:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Maze Balaki abwira Balamu ati: “Mbega sinagutumyeko abaza kuguhamagara? Kubera iki utaje iwanje? Mbega sinshoboye kugutera iteka koko kandi vy’ukuri+?”
37 Maze Balaki abwira Balamu ati: “Mbega sinagutumyeko abaza kuguhamagara? Kubera iki utaje iwanje? Mbega sinshoboye kugutera iteka koko kandi vy’ukuri+?”