Matayo 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yezu abaraba mu maso, ababwira ati: “Ku bantu ivyo ntibishoboka, mugabo ku Mana vyose birashoboka+.” 2 Petero 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 mugabo akaronka igikangiro kubera yarenze ku vyari bigororotse+. Igitwazi kitavuga caravuze n’ijwi ry’umuntu+, kirabuza ingendo y’ubusazi ya nya muhanuzi+.
26 Yezu abaraba mu maso, ababwira ati: “Ku bantu ivyo ntibishoboka, mugabo ku Mana vyose birashoboka+.”
16 mugabo akaronka igikangiro kubera yarenze ku vyari bigororotse+. Igitwazi kitavuga caravuze n’ijwi ry’umuntu+, kirabuza ingendo y’ubusazi ya nya muhanuzi+.