1 Samweli 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Sauli abwira Samweli ati: “Nacumuye+, kuko nahonyanze itegeko rya Yehova n’amajambo yawe, kubera ko natinye abantu+, gutyo nkagamburuka ijwi ryabo.
24 Maze Sauli abwira Samweli ati: “Nacumuye+, kuko nahonyanze itegeko rya Yehova n’amajambo yawe, kubera ko natinye abantu+, gutyo nkagamburuka ijwi ryabo.