Kuvayo 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 None bizomenyekanira ku ki yuko nagize ubutoni mu maso yawe, jewe n’abantu bawe? Mbega si uko ujana natwe+, kuko jewe n’abantu bawe twagizwe abatandukanye n’abandi bantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka+?” Gusubira mu vyagezwe 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.
16 None bizomenyekanira ku ki yuko nagize ubutoni mu maso yawe, jewe n’abantu bawe? Mbega si uko ujana natwe+, kuko jewe n’abantu bawe twagizwe abatandukanye n’abandi bantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka+?”
8 Igihe Musumbavyose yaha amahanga intoranwa+,Igihe yatandukanya abana ba Adamu+,Ni ho yashingira urubibe ibisata vy’abantu+Afatiye ku gitigiri ca bene Isirayeli+.