10 “Nubutse kuri Isirayeli nk’uwubutse ku nzabibu mu gahinga+. Nabonye ba sogokuruza banyu nk’uwubonye insukoni ya kare ku giti c’umusukoni kigitangura kwama+. Bo bagiye kuri Bayali y’i Peyori+, biyegurira ico kintu c’akamaramaza+, maze baba abasesemye nk’ico kintu bakunda+.