ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “‘Kandi uyo musi uze ubabere icibutso, kandi mubwirizwa kuwuhimbaza bwa musi mukuru wa Yehova mu mayaruka yanyu yose. Mukwiye kuwuhimbaza bwa cagezwe gushika igihe kitagira urugero.

  • Abalewi 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane wa nya kwezi+, hagati ya ya migoroba ibiri, ni pasika*+ ya Yehova.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Ukwezi kwa Abibu+ nikwubahirizwe, kandi utegerezwa guhimbariza pasika* Yehova Imana yawe+, kuko mu kwezi kwa Abibu ari ho Yehova Imana yawe yagukuye mu Misiri mw’ijoro+.

  • Ezekiyeli 45:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane w’ukwo kwezi, muze mugire pasika*+. Ni umusi mukuru umara imisi indwi: haze haribwe udutsima tutarimwo umwambiro+.

  • Luka 22:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko umusi w’imikate itarimwo umwambiro urashika, uwo imbagwa ya pasika yategerezwa gutangirwako ikimazi+;

  • 1 Abakorinto 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nimukureho umwambiro ushaje+, kugira mube irobe rishasha, nk’uko mutagiramwo umwambiro. Kuko vy’ukuri, Kristu+ we pasika*+ yacu yaratanzweko ikimazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika