Gusubira mu vyagezwe 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Imisi itandatu ukwiye kurya udutsima tutarimwo umwambiro; ku musi ugira indwi na ho hazoba ikoraniro ry’agakūra ku bwa Yehova Imana yawe+. Ntuze ukore igikorwa na kimwe.
8 Imisi itandatu ukwiye kurya udutsima tutarimwo umwambiro; ku musi ugira indwi na ho hazoba ikoraniro ry’agakūra ku bwa Yehova Imana yawe+. Ntuze ukore igikorwa na kimwe.