Guharura 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 n’ingero z’ivy’icumi zitatu z’ifu inoze ngo ibe ishikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe amavuta ku bw’ishūri imwimwe yose, n’ingero z’ivy’icumi zibiri z’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta ku bwa nya mpfizi y’intama imwe+, Guharura 29:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 n’ishikanwa ryavyo ry’intete ry’ifu inoze ibombekeshejwe amavuta, ingero z’ivy’icumi zitatu ku bwa nya kimasa, ingero z’ivy’icumi zibiri ku bwa nya mpfizi y’intama+,
12 n’ingero z’ivy’icumi zitatu z’ifu inoze ngo ibe ishikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe amavuta ku bw’ishūri imwimwe yose, n’ingero z’ivy’icumi zibiri z’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta ku bwa nya mpfizi y’intama imwe+,
3 n’ishikanwa ryavyo ry’intete ry’ifu inoze ibombekeshejwe amavuta, ingero z’ivy’icumi zitatu ku bwa nya kimasa, ingero z’ivy’icumi zibiri ku bwa nya mpfizi y’intama+,