Guharura 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 n’ingero y’ic’icumi y’ifu inoze itangwa bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta ku bw’umwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose, bwa shikanwa riturirwa, akamoto karuhura+, ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. Guharura 29:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 n’ingero y’ic’icumi imwe ku bw’umwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose muri nya myagazi y’intama y’amasuguru indwi+;
13 n’ingero y’ic’icumi y’ifu inoze itangwa bwa shikanwa ry’intete ribombekeshejwe amavuta ku bw’umwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose, bwa shikanwa riturirwa, akamoto karuhura+, ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova.
4 n’ingero y’ic’icumi imwe ku bw’umwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose muri nya myagazi y’intama y’amasuguru indwi+;