ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 28:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+.

  • Guharura 28:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 umwe wose uri kumwe n’ic’icumi c’ingero ya efa*+ c’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta asekuye+;

  • Guharura 28:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 rikazoba riri kumwe n’ishikanwa ry’ikinyobwa ryaryo+, ni ukuvuga ica kane ca hini ku mwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose+. Usuke ahantu heranda ishikanwa ry’ikinyobwa ry’inzoga iboreza+ rihabwa Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika