Guharura 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+. Guharura 28:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 umwe wose uri kumwe n’ic’icumi c’ingero ya efa*+ c’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta asekuye+; Guharura 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 rikazoba riri kumwe n’ishikanwa ry’ikinyobwa ryaryo+, ni ukuvuga ica kane ca hini ku mwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose+. Usuke ahantu heranda ishikanwa ry’ikinyobwa ry’inzoga iboreza+ rihabwa Yehova.
3 “Uze ubabwire uti: ‘Iri ni ryo shikanwa rishikanishwa umuriro muzoshikiriza Yehova: imyagazi y’intama y’amasuguru itagira akanenge ibiri ku musi, bwa shikanwa riturirwa ryama rishikanwa+.
5 umwe wose uri kumwe n’ic’icumi c’ingero ya efa*+ c’ifu inoze bwa shikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe ica kane ca hini* y’amavuta asekuye+;
7 rikazoba riri kumwe n’ishikanwa ry’ikinyobwa ryaryo+, ni ukuvuga ica kane ca hini ku mwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose+. Usuke ahantu heranda ishikanwa ry’ikinyobwa ry’inzoga iboreza+ rihabwa Yehova.