Guharura 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hazoherezwa kandi umwagazi umwe+ w’impene bwa shikanwa ry’igicumuro rihabwa Yehova ryiyongera kw’ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba ritanganwa n’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa+.
15 Hazoherezwa kandi umwagazi umwe+ w’impene bwa shikanwa ry’igicumuro rihabwa Yehova ryiyongera kw’ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba ritanganwa n’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa+.