Abalewi 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 canke igicumuro yacumuye kw’ibwirizwa akaba yakimenyeshejwe+, aze azane bwa shikanwa ryiwe umwagazi w’impene w’isuguru+ utagira agahonzi. Guharura 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hazoherezwa kandi umwagazi umwe+ w’impene bwa shikanwa ry’igicumuro rihabwa Yehova ryiyongera kw’ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba ritanganwa n’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa+.
23 canke igicumuro yacumuye kw’ibwirizwa akaba yakimenyeshejwe+, aze azane bwa shikanwa ryiwe umwagazi w’impene w’isuguru+ utagira agahonzi.
15 Hazoherezwa kandi umwagazi umwe+ w’impene bwa shikanwa ry’igicumuro rihabwa Yehova ryiyongera kw’ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba ritanganwa n’ishikanwa ryaryo ry’ikinyobwa+.