Guharura 31:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ikintu cose gihingurishwa umuriro+, muze mugicishe mu muriro, kibone kuba ikidahumanye. Ariko kize gityorozwe amazi y’ihumanura+. Kandi ikintu cose kidahingurishwa umuriro muze mugicishe mu mazi+.
23 ikintu cose gihingurishwa umuriro+, muze mugicishe mu muriro, kibone kuba ikidahumanye. Ariko kize gityorozwe amazi y’ihumanura+. Kandi ikintu cose kidahingurishwa umuriro muze mugicishe mu mazi+.