Guharura 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwo muntu adahumanye aze ayacucagire nya muntu ahumanye ku musi ugira gatatu no ku musi ugira indwi, maze amutyorore igicumuro ku musi ugira indwi+; kandi aze amese impuzu ziwe yongere yiyuhagire mu mazi; azoheza abe uwudahumanye ku mugoroba. Guharura 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Mugabo umuntu yoba ahumanye maze ntiyihumanure, uwo muntu aze rero arandurwe+ ave hagati mw’ishengero, kuko azoba yahumanije aheranda ha Yehova. Amazi y’ihumanura ntazoba yamijwe kuri we. Azoba ahumanye.
19 Uwo muntu adahumanye aze ayacucagire nya muntu ahumanye ku musi ugira gatatu no ku musi ugira indwi, maze amutyorore igicumuro ku musi ugira indwi+; kandi aze amese impuzu ziwe yongere yiyuhagire mu mazi; azoheza abe uwudahumanye ku mugoroba.
20 “‘Mugabo umuntu yoba ahumanye maze ntiyihumanure, uwo muntu aze rero arandurwe+ ave hagati mw’ishengero, kuko azoba yahumanije aheranda ha Yehova. Amazi y’ihumanura ntazoba yamijwe kuri we. Azoba ahumanye.