Itanguriro 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi hahezagirwe Imana Musumbavyose+,Yatanze mu kuboko kwawe abaguhahaza+!” Aburamu aca amuha ic’icumi c’ikintu cose+. 1 Ngoma 26:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ku vyavuye mu ntambara+ no ku vyavuye mw’isahu+ hari ivyo bari baragize vyeranda kugira ngo bibungabunge inzu ya Yehova.
20 Kandi hahezagirwe Imana Musumbavyose+,Yatanze mu kuboko kwawe abaguhahaza+!” Aburamu aca amuha ic’icumi c’ikintu cose+.
27 Ku vyavuye mu ntambara+ no ku vyavuye mw’isahu+ hari ivyo bari baragize vyeranda kugira ngo bibungabunge inzu ya Yehova.