Itanguriro 41:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Farawo aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko kwiwe, ayishira ku kuboko kwa Yozefu, amwambika impuzu z’ilino* nziza yongera amwambika urunigi rw’inzahabu mw’izosi+.
42 Farawo aca akura impeta y’ikidodo+ yiwe ku kuboko kwiwe, ayishira ku kuboko kwa Yozefu, amwambika impuzu z’ilino* nziza yongera amwambika urunigi rw’inzahabu mw’izosi+.