-
Yosuwa 19:49Bibiliya y’isi nshasha
-
-
49 Gutyo barangiza kugabura igihugu ngo bacigabire, bakurikije uturere twaco. Maze bene Isirayeli baha intoranwa Yosuwa mwene Nuni hagati muri bo.
-