Guharura 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Babandanya kuvuga bati: “Nimba twagize ubutoni mu maso yawe, iki gihugu nigihabwe abasavyi bawe bacigabire. Ntutujabukane Yorodani+.”
5 Babandanya kuvuga bati: “Nimba twagize ubutoni mu maso yawe, iki gihugu nigihabwe abasavyi bawe bacigabire. Ntutujabukane Yorodani+.”