Guharura 21:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Maze Musa atuma bamwe gutata Yazeri+. Nuko bafata ibisagara bihakukira bongera bomora Abamori bariyo+. Yosuwa 13:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 akarere kabo kaba Yazeri+ n’ibisagara vyose vya Gileyadi+ n’ica kabiri c’igihugu ca bene Amoni+ gushika i Aroweri+, aharabana na Raba+;
32 Maze Musa atuma bamwe gutata Yazeri+. Nuko bafata ibisagara bihakukira bongera bomora Abamori bariyo+.
25 akarere kabo kaba Yazeri+ n’ibisagara vyose vya Gileyadi+ n’ica kabiri c’igihugu ca bene Amoni+ gushika i Aroweri+, aharabana na Raba+;