Abacamanza 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Gideyoni abandanya kuduga aciye mu nzira y’ababa mu mahema, mu buseruko bwa Noba na Yogibeha+, maze atangura gukubita ikambi mu gihe nya kambi itari yiteguye+.
11 Nuko Gideyoni abandanya kuduga aciye mu nzira y’ababa mu mahema, mu buseruko bwa Noba na Yogibeha+, maze atangura gukubita ikambi mu gihe nya kambi itari yiteguye+.