Guharura 21:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko Heshiboni cari igisagara ca Sihoni+. Uno yari umwami w’Abamori+, kandi ni we yarwanye n’umwami wa Mowabu kera, agakura igihugu ciwe cose mu kuboko kwiwe gushika kuri Arunoni+. Yosuwa 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Heshiboni+ n’ibisagara vyaho vyose+ biri ku matāba, Diboni+ na Bamoti-bayali+ na Beti-bayali-meyoni+,
26 Kuko Heshiboni cari igisagara ca Sihoni+. Uno yari umwami w’Abamori+, kandi ni we yarwanye n’umwami wa Mowabu kera, agakura igihugu ciwe cose mu kuboko kwiwe gushika kuri Arunoni+.
17 Heshiboni+ n’ibisagara vyaho vyose+ biri ku matāba, Diboni+ na Bamoti-bayali+ na Beti-bayali-meyoni+,