3 Rwarasohoka amaja mu bumanuko rugana ku mudugo wa Akurabimu+, rukagenda rwerekeza i Zini+, hanyuma rukaduga ruvuye mu bumanuko rwerekeza i Kadeshi-baruneya+, rukagenda rwerekeza i Hezironi, rukaduga rugana i Adari maze rugakevya rwerekeza i Karuka.