Guharura 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Babandanya kuvuga bati: “Nimba twagize ubutoni mu maso yawe, iki gihugu nigihabwe abasavyi bawe bacigabire. Ntutujabukane Yorodani+.” Guharura 32:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Twebwe ubwacu tuzojabuka imbere ya Yehova dufise ibikenewe, tuje mu gihugu ca Kanani+, kandi intoranwa yacu twigabira tuzoba tuyifise hakuno ya Yorodani+.”
5 Babandanya kuvuga bati: “Nimba twagize ubutoni mu maso yawe, iki gihugu nigihabwe abasavyi bawe bacigabire. Ntutujabukane Yorodani+.”
32 Twebwe ubwacu tuzojabuka imbere ya Yehova dufise ibikenewe, tuje mu gihugu ca Kanani+, kandi intoranwa yacu twigabira tuzoba tuyifise hakuno ya Yorodani+.”