Yosuwa 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze ubupfindo+ bugira kabiri busohoka ku bwa Simeyoni+, ku bw’umuryango wa bene Simeyoni hakurikijwe imiryango yabo. Intoranwa yabo yari hagati mu ntoranwa ya bene Yuda+.
19 Maze ubupfindo+ bugira kabiri busohoka ku bwa Simeyoni+, ku bw’umuryango wa bene Simeyoni hakurikijwe imiryango yabo. Intoranwa yabo yari hagati mu ntoranwa ya bene Yuda+.