Guharura 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+ gushika ku myaka mirongo itanu+, abinjira mu mugwi w’abakora igikorwa+ mw’ihema ry’ihuriro bose. Guharura 4:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uzobandika kuva ku myaka mirongo itatu kuduga gushika ku myaka mirongo itanu+, abaza kwinjira mu mugwi w’abakora igikorwa mw’ihema ry’ihuriro bose.
3 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+ gushika ku myaka mirongo itanu+, abinjira mu mugwi w’abakora igikorwa+ mw’ihema ry’ihuriro bose.
23 Uzobandika kuva ku myaka mirongo itatu kuduga gushika ku myaka mirongo itanu+, abaza kwinjira mu mugwi w’abakora igikorwa mw’ihema ry’ihuriro bose.