Guharura 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Umugore w’umugabo uwo ari we wese aramutse akebeje akamuhemukira+, Guharura 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Maze nya muherezi aze amurahize, abwire nya mugore ati: “Nimba ata mugabo yaryamanye nawe kandi nimba utakebereje mu buhumane na bumwe mu gihe ukigabwa n’umugabo wawe+, ntushikweko n’ingaruka y’aya mazi arura azana umuvumo.
12 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Umugore w’umugabo uwo ari we wese aramutse akebeje akamuhemukira+,
19 “‘Maze nya muherezi aze amurahize, abwire nya mugore ati: “Nimba ata mugabo yaryamanye nawe kandi nimba utakebereje mu buhumane na bumwe mu gihe ukigabwa n’umugabo wawe+, ntushikweko n’ingaruka y’aya mazi arura azana umuvumo.