Guharura 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Hakurikire umuryango wa Benyamini+; umukuru wa bene Benyamini ni Abidani+ mwene Gideyoni. Guharura 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ingabo z’umuryango wa bene Benyamini+ na zo zagabwa na Abidani+ mwene Gideyoni.