Guharura 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hakurikire umuryango wa Nafutali+; umukuru wa bene Nafutali ni Ahira+ mwene Enani. Guharura 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ingabo z’umuryango wa bene Nafutali+ na zo zagabwa na Ahira+ mwene Enani.