Abalewi 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Kandi uwihumanura aze amese impuzu ziwe+, yimoshe n’umushatsi wiwe wose yongere yiyuhagire+ mu mazi abe uwudahumanye; mu nyuma ashobora kwinjira mw’ikambi. Kandi ategerezwa kuba hanze y’ihema ryiwe imisi indwi+.
8 “Kandi uwihumanura aze amese impuzu ziwe+, yimoshe n’umushatsi wiwe wose yongere yiyuhagire+ mu mazi abe uwudahumanye; mu nyuma ashobora kwinjira mw’ikambi. Kandi ategerezwa kuba hanze y’ihema ryiwe imisi indwi+.