Abalewi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+. Guharura 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abalewi uze ubahe Aroni n’abahungu biwe. Ni abatanzwe, bamuhawe bakuwe muri bene Isirayeli+.
4 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe wa nya shikanwa riturirwa, maze rizokwemeranwa umutima mwiza+ ku bwiwe kugira atangirwe impongano*+.