Guharura 3:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 “Tora Abalewi mu kibanza c’imfura zose muri bene Isirayeli, n’ibikoko vy’ibitungano vy’Abalewi mu kibanza c’ibikoko vy’ibitungano vyabo; kandi Abalewi bazocika abanje+. Ndi Yehova. Guharura 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba Imana ya Isirayeli yarabatandukanije + n’ikoraniro rya Isirayeli kugira ngo ibiyegereze, ngo mukore igikorwa c’itaberenakulo ya Yehova mwongere muhagarare imbere y’ikoraniro kugira mubakorere+,
45 “Tora Abalewi mu kibanza c’imfura zose muri bene Isirayeli, n’ibikoko vy’ibitungano vy’Abalewi mu kibanza c’ibikoko vy’ibitungano vyabo; kandi Abalewi bazocika abanje+. Ndi Yehova.
9 Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba Imana ya Isirayeli yarabatandukanije + n’ikoraniro rya Isirayeli kugira ngo ibiyegereze, ngo mukore igikorwa c’itaberenakulo ya Yehova mwongere muhagarare imbere y’ikoraniro kugira mubakorere+,