Guharura 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+ gushika ku myaka mirongo itanu+, abinjira mu mugwi w’abakora igikorwa+ mw’ihema ry’ihuriro bose. Guharura 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Aroni aze azungazungishe Abalewi irya n’ino imbere ya Yehova bwa shikanwa rizungagizwa+ rivuye kuri bene Isirayeli, kandi baze babe abo kurangura igikorwa ca Yehova+.
3 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+ gushika ku myaka mirongo itanu+, abinjira mu mugwi w’abakora igikorwa+ mw’ihema ry’ihuriro bose.
11 Maze Aroni aze azungazungishe Abalewi irya n’ino imbere ya Yehova bwa shikanwa rizungagizwa+ rivuye kuri bene Isirayeli, kandi baze babe abo kurangura igikorwa ca Yehova+.