Guharura 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Maze Abalewi bazorambika ibiganza vyabo ku mitwe ya nya mashūri+. Inyuma y’ivyo, uze uhereze Yehova imwe bwa shikanwa ry’igicumuro, iyindi na yo bwa shikanwa riturirwa, kugira ngo utangire impongano+ Abalewi.
12 “Maze Abalewi bazorambika ibiganza vyabo ku mitwe ya nya mashūri+. Inyuma y’ivyo, uze uhereze Yehova imwe bwa shikanwa ry’igicumuro, iyindi na yo bwa shikanwa riturirwa, kugira ngo utangire impongano+ Abalewi.