Kuvayo 12:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Ize iririrwe mu nzu imwe. Ntimuze mugire inyama zayo mukura mu nzu ngo muzijane ahantu kanaka hanze. Kandi ntimuze mumene igufa ryayo na rimwe+. Zaburi 34:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Arinda amagufa yiwe yose;Nta na rimwe muri yo ryavunywe+. Yohani 19:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nkako, ivyo bintu vyabaye kugira icanditswe kiranguke, ngo: “Nta na rimwe mu magufa yiwe rizojanjagurwa+.”
46 Ize iririrwe mu nzu imwe. Ntimuze mugire inyama zayo mukura mu nzu ngo muzijane ahantu kanaka hanze. Kandi ntimuze mumene igufa ryayo na rimwe+.
36 Nkako, ivyo bintu vyabaye kugira icanditswe kiranguke, ngo: “Nta na rimwe mu magufa yiwe rizojanjagurwa+.”