ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Habwirizwa kubaho itegeko rimwe ku mvukira no kuri kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe+.”

  • Abalewi 24:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “‘Mukwiye kugengwa n’ingingo y’ubutungane imwe. Kavamahanga akwiye kuba cokimwe n’imvukira+, kuko ndi Yehova Imana yanyu+.’”

  • Gusubira mu vyagezwe 29:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 abana banyu batoyi, abagore banyu+, na kavamahanga wawe+ ari hagati mw’ikambi yawe, kuva ku wugusenyera inkwi gushika ku wukuvomera amazi+,

  • Gusubira mu vyagezwe 31:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Koranya abantu+, abagabo n’abagore n’abana batoyi na kavamahanga wawe ari mu marembo yawe, kugira bumvirize no kugira bige+, kuko bategerezwa gutinya Yehova Imana yanyu+ kandi bakitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko.

  • Abaroma 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko Imana itagira nkunzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika